Inyeshamba za Syria zinjiye ku mugwa mukuru Damas, bikavugwa ko Perezida Bashar al-Assad yahunze inyuma y'imyaka 13 y'intambara yo hagati mu gihugu. Umushikiranganji wa mbere Mohammed al-Jalali avuga ...
Abarwanyi b'umuhari wiyitirira idini rya Islam, Hayat Tahrir al-Sham (HTS), ubu ni bo bagenzura Aleppo – igisagara ca kabiri ca Syria – inyuma y'igitero baherutse gukora giturumbuka Abandi barwanyi ba ...